Zaburi 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.” Imigani 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntukangire umushinyaguzi, kugira ngo ntakwanke+. Kangira umuntu w’inkerebutsi, na we azogukunda+. Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.