ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kugira ngo Yehova ashitse ijambo ryiwe, iryo yavuze ku binyerekeye+ ati: ‘Abana bawe+ nibitwararika inzira yabo mu kugendera+ imbere yanje mu kuri+, n’umutima wabo wose+ n’ubuzima bwabo bwose, ntihazobura umugabo wo mu bawe yicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’

  • Zaburi 34:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Zigama ururimi rwawe ururinde ikibi+,

      N’iminwa yawe uyirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+.

  • Zaburi 119:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Mbega umusore+ azotyorora inzira yiwe gute?

      Mu kuguma yirinze nk’uko ijambo ryawe rivuga+.

  • Abaheburayo 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.

  • 1 Petero 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika