Zaburi 73:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo jewe, ibirenge vyanje hari habuze gato ngo bikevye+;Intambuko zanje zari hafi kunyerera+. Abaheburayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+; 2 Petero 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mwebwe rero bakundwa, ko ivyo musanzwe mubizi+, mwiyubare ntimutwarwe hamwe na bo biciye ku buzimire bw’abantu batibanga amategeko mugata ugushikama kwanyu bwite+. Ivyahishuwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko waretse urukundo wari ufise ubwa mbere+.
12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;
17 Mwebwe rero bakundwa, ko ivyo musanzwe mubizi+, mwiyubare ntimutwarwe hamwe na bo biciye ku buzimire bw’abantu batibanga amategeko mugata ugushikama kwanyu bwite+.