Imigani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+. Imigani 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+. Abakolosayi 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimubeshane+. Mwambure wa muntu wa kera+ n’ingeso ziwe, 1 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,
19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+.
22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+.
2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,