Yesaya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+. Abagalatiya 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mvuga nti: Gume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+. Yakobo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ku bw’ivyo, mwiyambure umucafu wose be na ca kintu kidakenewe, ari co bubi+, hanyuma mwemerane ubwitonzi uguterwa kwa rya jambo+ rishobora gukiza ubuzima bwanyu+.
16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+.
16 Mugabo mvuga nti: Gume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+.
21 Ku bw’ivyo, mwiyambure umucafu wose be na ca kintu kidakenewe, ari co bubi+, hanyuma mwemerane ubwitonzi uguterwa kwa rya jambo+ rishobora gukiza ubuzima bwanyu+.