ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntiwihute ku bijanye n’akanwa kawe; nayo ku vyerekeye umutima wawe+, ntiwihutagize gusohora ijambo imbere y’Imana y’ukuri+. Kuko Imana y’ukuri iri mw’ijuru+, mugabo wewe uri kw’isi. Ni co gituma amajambo yawe akwiye kuba make+.

  • Umusiguzi 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi igipfu kivuga amajambo menshi+.

      Umuntu ntazi ibizoba; vyongeye, ibizoba mu nyuma ziwe, ni nde yobimubwira+?

  • Yakobo 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko twese dutsitara kenshi+. Nimba hari uwudatsitara mw’ijambo+, uyo ni umuntu atagira akanenge+, ashoboye no kujiginyika umubiri wiwe wose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika