-
1 Samweli 14:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Ukwo gusasika inganda kwa mbere, ukwo Yonatani n’uwumutwaza ibirwanisho bagize muri bo, guhitana abagabo nka mirongo ibiri, babicira ahantu hababa igice c’ihegitari y’umurima.
-