ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo Dawidi avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya, kugira ngo uno musi mube abandwanya+? Hari uwokwicwa uno musi muri Isirayeli+? Mbega sinzi neza uno musi ko ndi umwami aganza Isirayeli?”

  • Imigani 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, ivyo birazigama umwami+; kandi ubuntu bwuzuye urukundo ni bwo ashigikiza intebe yiwe y’ubwami+.

  • Abaroma 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika