1 Samweli 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo Sauli avuga ati: “Nta muntu ari bwicwe kuri uyu musi+, kuko uno musi Yehova yashikije ubukiriro muri Isirayeli+.”
13 Mugabo Sauli avuga ati: “Nta muntu ari bwicwe kuri uyu musi+, kuko uno musi Yehova yashikije ubukiriro muri Isirayeli+.”