ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 29:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko abaganwa b’Abafilisitiya baramurakarira; abaganwa b’Abafilisitiya baca bamubwira bati: “Subiza inyuma uwo mugabo+, asubire ahantu hiwe wamugeneye; ntamanukane natwe ku rugamba, kugira ngo ntahave acika uwuturwanya+ mu rugamba. Mbega uyu muntu yokwitoneshesha iki ku mukama wiwe? Mbega ntiyokwitoneshesha imitwe y’aba bagabo bacu?

  • 1 Abami 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.

  • Matayo 16:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo, arahindukira, abwira Petero ati: “Herera inyuma yanje, Shetani+! Uri igitsitaza kuri jewe, kuko utiyumvira ivyiyumviro vy’Imana+, ariko wiyumvira ivy’abantu.”

  • Yakobo 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kuko uburake bw’umuntu budashitsa ubugororotsi bw’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika