19 Kandi mu ba Manase, hari abataye bakomokera kuri Dawidi igihe yazanana n’Abafilisitiya+ gutera Sauli ngo barwane; mugabo ntiyabafashije, kuko aho abatware b’urunani+ b’Abafilisitiya bamariye kuja inama, bamwirukanye, mu kuvuga bati: “Azoduta yomokere ku mukama wiwe Sauli, maze tuhasige agatwe+.”