Abalewi 25:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Kandi aze aharure, hamwe n’uwamuguze, guhera ku mwaka yamwigurishirijeko gushika ku mwaka wa Yubile+, kandi amahera y’igurishwa ryiwe aze ahwane n’igitigiri c’iyo myaka+. Azoguma iwe aharurirwa kurya baharura imisi y’ibikorwa y’umucangero+.
50 Kandi aze aharure, hamwe n’uwamuguze, guhera ku mwaka yamwigurishirijeko gushika ku mwaka wa Yubile+, kandi amahera y’igurishwa ryiwe aze ahwane n’igitigiri c’iyo myaka+. Azoguma iwe aharurirwa kurya baharura imisi y’ibikorwa y’umucangero+.