ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Akwiye kwongereza igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari myinshi+. Akwiye kandi kugabanya igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari mike, kuko igitigiri c’ivyimburwa ari co ariko arakugurishako.

  • Abalewi 27:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nimba na ho itongo ryiwe aryejeje inyuma ya Yubile, umuherezi aze amuharurire ikiguzi bivanye n’imyaka isigaye gushika ku mwaka wa Yubile ukurikira, kandi agaciro kagereranijwe kazogerurwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika