Abalewi 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze ugure na mugenzawe mufatiye ku gitigiri c’imyaka ihaciye inyuma ya Yubile; na we aze agurishe na wewe mufatiye ku gitigiri c’imyaka y’ivyimburwa+. Abalewi 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Akwiye kwongereza igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari myinshi+. Akwiye kandi kugabanya igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari mike, kuko igitigiri c’ivyimburwa ari co ariko arakugurishako. Abalewi 25:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 ategerezwa rero guharūra imyaka ihaciye kuva igihe yarigurisha, hanyuma agasubiza amahera asigaye nya muntu yari yarigurishijeko, agaheza agasubira kw’itongo ryiwe+.
15 Uze ugure na mugenzawe mufatiye ku gitigiri c’imyaka ihaciye inyuma ya Yubile; na we aze agurishe na wewe mufatiye ku gitigiri c’imyaka y’ivyimburwa+.
16 Akwiye kwongereza igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari myinshi+. Akwiye kandi kugabanya igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari mike, kuko igitigiri c’ivyimburwa ari co ariko arakugurishako.
27 ategerezwa rero guharūra imyaka ihaciye kuva igihe yarigurisha, hanyuma agasubiza amahera asigaye nya muntu yari yarigurishijeko, agaheza agasubira kw’itongo ryiwe+.