Abalewi 25:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kuko ari abashumba banje nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ntibaze bigurishe nk’uko umushumba agurishwa.
42 Kuko ari abashumba banje nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ntibaze bigurishe nk’uko umushumba agurishwa.