Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Abalewi 25:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Kuko kuri jewe bene Isirayeli ari abashumba. Ni abashumba banje+ nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu+.
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
55 “‘Kuko kuri jewe bene Isirayeli ari abashumba. Ni abashumba banje+ nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu+.