Zaburi 67:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Isi ubwayo ntizobura gutanga umwimbu wayo+;Imana, Imana yacu, izoduhezagira+. Zaburi 85:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Yehova na we azotanga iciza+,Kandi igihugu cacu kizotanga umwimbu waco+. Zakariya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ‘Kuko hazobibwa imbuto y’amahoro+; umuzabibu uzotanga icamwa cawo+, isi itange umwimbu wayo+, amajuru na yo atange ikime cayo+; nzotuma koko amasigarira+ y’aba bantu atorana ivyo vyose+.
12 ‘Kuko hazobibwa imbuto y’amahoro+; umuzabibu uzotanga icamwa cawo+, isi itange umwimbu wayo+, amajuru na yo atange ikime cayo+; nzotuma koko amasigarira+ y’aba bantu atorana ivyo vyose+.