Abalewi 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mutegerezwa rero gushitsa ivyagezwe vyanje, kandi mutegerezwa kugumya ingingo zanje z’ubutungane, mukazishitsa. Ni ho muzokwibera koko muri nya gihugu mu mutekano+. Imigani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo uwunyumviriza, azokwibera mu mutekano+ kandi ntahagarikwe umutima n’ugutinya amagorwa+.” Yeremiya 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.”
18 Mutegerezwa rero gushitsa ivyagezwe vyanje, kandi mutegerezwa kugumya ingingo zanje z’ubutungane, mukazishitsa. Ni ho muzokwibera koko muri nya gihugu mu mutekano+.
6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.”