Abalewi 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Ayasigaye ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa.
25 Kandi umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Ayasigaye ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa.