9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro.
18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.