Abalewi 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+.
15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+.