1 Abami 8:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’; 2 Ngoma 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza;
47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’;
20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza;