12 Umuherezi na we aze agishireko agaciro ko kugereranya, amenyeshe ko ari ciza canke kibi. Uko agaciro kagereranijwe+ n’umuherezi kari, ni ko bikwiye kuba.
18 Nimba na ho itongo ryiwe aryejeje inyuma ya Yubile, umuherezi aze amuharurire ikiguzi bivanye n’imyaka isigaye gushika ku mwaka wa Yubile ukurikira, kandi agaciro kagereranijwe kazogerurwa+.