ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Kandi nimba ishikanwa ryiwe ari iryo mu mukuku ngo ribe ikimazi c’ugusangira gihabwa Yehova, azoshikiriza ikigabo canke ikigore kitagira agahonzi+.

  • Abaheburayo 7:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+.

  • Abaheburayo 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?

  • 1 Petero 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi nta buhendanyi bwabonetse mu kanwa kiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika