-
Guharura 6:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Bwa shikanwa ryiwe rihabwa Yehova, aze ashikirize impfizi y’intama imwe ikiri nto itagira akanenge iri mu mwaka wayo wa mbere, ayishikirize nk’ishikanwa riturirwa+, n’umwagazi w’intama umwe w’ishashi utagira akanenge uri mu mwaka wawo wa mbere, bwa shikanwa ry’igicumuro+, n’impfizi y’intama itagira akanenge imwe bwa kimazi c’ugusangira+,
-