Abalewi 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Ayasigaye ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Abalewi 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.
25 Kandi umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Ayasigaye ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa.
18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.