ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+.

  • Abalewi 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuherezi na we aze yihweze nya cago mu rukoba rwa nya mubiri+. Mu gihe ubwoya bwo muri nya cago bwahindutse ubwera kandi nya cago kikaba kiboneka ko cimbitse kuruta urukoba rw’umubiri wiwe, kizoba ari icago c’imibembe. Umuherezi aze acihweze, aheze amenyeshe ko ahumanye.

  • Abalewi 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ubu ni bwo buzoba ubuhumane bwiwe bivuye ku runyigimbe rwiwe: Igihimba ciwe c’irondoka nicaba carekuye urunyigimbe canke kikaba cazivye bivuye ku runyigimbe rwiwe, ni ubuhumane bwiwe.

  • Guharura 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Uwo wese akoze ku kiziga c’umuntu+ uwo ari we wese, aze abe uwuhumanye imisi indwi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika