-
Abalewi 4:35Bibiliya y’isi nshasha
-
-
35 Kandi azokurako ikinure caryo cose nk’uko ca kinure c’impfizi y’intama y’umukangara y’ikimazi c’ugusangira gikurwako ubudasiba, kandi umuherezi aze arifumbishe umwotsi ku gicaniro ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro+. Umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, abone kukibabarirwa+.
-