ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 canke ikintu ico ari co cose yorahirako abesha, kandi aze agitangire inshumbusho+ ku rugero rwayo rwuzuye, kandi azoyongerako ica gatanu cayo. Azoyiha nyeneco ku musi bizokwemezwa ko yagirwa n’icaha.

  • Abalewi 22:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Mu gihe na ho umugabo ariye ikintu ceranda ku kwihenda+, ategerezwa rero kucongerako ica gatanu+ caco, akagiha umuherezi.

  • Abalewi 27:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo nimba koko ashaka kukigaruza, aze atange ica gatanu+ caco ciyongereye kuri nya gaciro kagereranijwe.

  • Guharura 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Aze yemere icese+ igicumuro ciwe yakoze, kandi aze arihe inshumbusho y’ukwagirwa n’icaha kwiwe yose uko ingana, yongereko n’ica gatanu cayo+, maze ayihe uwo yagiriye nabi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika