ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “‘Kandi uko bizogenda ni uku: niyagirwa n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu, ategerezwa rero kwatura+ ingene yacumuye.

  • Yosuwa 7:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze Yosuwa abwira Akani ati: “Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli+, umwaturire ico wakoze+; ndakwinginze umbwire+: Wakoze iki? Ntumpishe+.”

  • Zaburi 32:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.

      Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”

      Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela.

  • Yakobo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika