Zaburi 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela. Zaburi 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+. 1 Timoteyo 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.
5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela.
4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.
24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.