Abalewi 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘Kandi uko bizogenda ni uku: niyagirwa n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu, ategerezwa rero kwatura+ ingene yacumuye. 2 Samweli 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+. 2 Ngoma 30:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Vyongeye, Hezekiya aremesha+ Abalewi bose bariko bakorana ukwiyubara kwiza mu gikorwa ca Yehova+. Nuko bamara imisi indwi barya ivy’uwo musi mukuru washinzwe+, bashikana ibimazi vy’ugusangira+ bongera bâturira ibicumuro vyabo+ Yehova Imana ya ba sekuruza babo. Zaburi 38:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko navuze ivy’ikosa ryanje+;Natanguye kuganyishwa n’igicumuro canje+. Zaburi 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo jewe, navuze nti: “Ewe Yehova, ngirira ubutoni+.Nkiza, kuko nagucumuyeko+.” Matayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abantu barabatizwa na we mu ruzi Yorodani+, bakatura ibicumuro vyabo ata guhisha.
5 “‘Kandi uko bizogenda ni uku: niyagirwa n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu, ategerezwa rero kwatura+ ingene yacumuye.
13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+.
22 Vyongeye, Hezekiya aremesha+ Abalewi bose bariko bakorana ukwiyubara kwiza mu gikorwa ca Yehova+. Nuko bamara imisi indwi barya ivy’uwo musi mukuru washinzwe+, bashikana ibimazi vy’ugusangira+ bongera bâturira ibicumuro vyabo+ Yehova Imana ya ba sekuruza babo.