Zaburi 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ndiko ndayama+.Nkiza+, Yehova we, kuko amagufa yanje adurumbanye. Zaburi 38:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nta hakomeye hariho mu mubiri wanje kubera imisibo yawe+.Nta mahoro ariho mu magufa yanje kubera igicumuro canje+. Zaburi 147:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Akiza+ abavunitse umutima+,Agatubika ahantu habababaza+. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
3 Nta hakomeye hariho mu mubiri wanje kubera imisibo yawe+.Nta mahoro ariho mu magufa yanje kubera igicumuro canje+.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.