ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ndiko ndayama+.

      Nkiza+, Yehova we, kuko amagufa yanje adurumbanye.

  • Zaburi 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko ubuzima bwanje burangiriye mu ntuntu+,

      Imyaka yanje na yo ikarangirira mu kuniha+.

      Kubera ikosa ryanje ububasha bwanje bwatsitaye+,

      Kandi amagufa yanje ubwayo asigaye ari goyigoyi+.

  • Zaburi 41:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nayo jewe, navuze nti: “Ewe Yehova, ngirira ubutoni+.

      Nkiza, kuko nagucumuyeko+.”

  • Zaburi 51:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ese wonyumvisha ijwi ry’umwigino n’umunezero+,

      Kugira ngo amagufa wajanjaguye agire akanyamuneza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika