Mariko 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko akarere kose k’i Yudaya hamwe n’ababa i Yeruzalemu bose baza kuri we, babatizwa na we mu ruzi Yorodani, bakatura ibicumuro vyabo icese+. Mariko 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri iyo misi, Yezu aza avuye i Nazareti h’i Galilaya, abatizwa na Yohani muri Yorodani+.
5 Nuko akarere kose k’i Yudaya hamwe n’ababa i Yeruzalemu bose baza kuri we, babatizwa na we mu ruzi Yorodani, bakatura ibicumuro vyabo icese+.