ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.

  • Malaki 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi nzobegera ku bwo guca urubanza+, mbe icabona cihuta+ mu kwagiriza abapfumu+, n’abarenga ibigo+, n’abarahira ibinyoma+, n’abakorana ubugunge ku bijanye n’ingero y’umucangero+, ku bijanye n’umupfakazi+ no ku bijanye n’impfuvyi*+, be n’abigizayo kavamahanga+, kandi bakaba batantīnye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

  • Ivyakozwe 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Paulo avuga ati: “Yohani yabatiza ibatisimu y’ukwigaya+, abwira abantu kwemera uwariko araza inyuma yiwe+, ni ukuvuga kwemera Yezu.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika