Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+. Mariko 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yohani umubatizi yaraserutse mu gahinga yamamaza ibatisimu y’ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+. Ivyakozwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”
11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+.
4 Yohani umubatizi yaraserutse mu gahinga yamamaza ibatisimu y’ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.
5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”