ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yamamaza avuga ati: “Inyuma yanje hariko haraza umuntu akomeye kundusha; ntibimbereye kwunama ngo mpfundurure imigozi y’inkweto* ziwe+.

  • Yohani 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 umwe ariko araza inyuma yanje, mugabo umugozi w’inkweto* yiwe ntibinkwiriye kuwupfundurura+.”

  • Ivyakozwe 13:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza urugendo rwiwe, yaravuga ati: ‘Mugira ngo ndi nde? Sindi we. Mugabo, ehe hari uwuriko araza inyuma yanje uwo bitambereye gupfundurura inkweto z’ibirenge vyiwe+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika