Abalewi 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, Ezira 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero nimwaturire+ ibicumuro vyanyu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, mukore ibimuhimbara+ mwongere mwitandukanye n’abantu b’iki gihugu n’abagore b’abanyamahangakazi+.”
40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,
11 Ubu rero nimwaturire+ ibicumuro vyanyu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, mukore ibimuhimbara+ mwongere mwitandukanye n’abantu b’iki gihugu n’abagore b’abanyamahangakazi+.”