Gusubira mu vyagezwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+. Nehemiya 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bakimara kwumva iryo tegeko+, batangura gutandukanya+ uruvange rw’abantu rwose na Isirayeli. 2 Abakorinto 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi mureke gukora ku gihumanye+’”; “‘nanje nzobakira+.’”
3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.
17 “‘Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi mureke gukora ku gihumanye+’”; “‘nanje nzobakira+.’”