12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,
2 bo mu mahanga Yehova yari yarabwiye bene Isirayeli ku biyerekeye ati: “Ntimuze mwinjire muri bo+, kandi na bo ubwabo ntibaze binjire muri mwebwe; vy’ukuri, bazohengekera umutima wanyu ku gukurikira imana zabo+.” Abo ni bo Salomo yumiyeko+, arabakunda.