ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ubu rero nimwaturire+ ibicumuro vyanyu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, mukore ibimuhimbara+ mwongere mwitandukanye n’abantu b’iki gihugu n’abagore b’abanyamahangakazi+.”

  • Nehemiya 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko uruvyaro rwa Isirayeli rwitandukanya+ n’abanyamahanga+ bose, rurahaguruka maze rwatura+ ibicumuro vyarwo+ n’amakosa ya ba se+.

  • Nehemiya 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Abantu basigaye na bo, abaherezi+, Abalewi+, abarinzi b’amarembo+, abaririmvyi+, Abanetinimu+, n’abantu bose bariko bitandukanya n’ibisata vy’abantu vy’ibihugu+ kugira bakurikize itegeko+ ry’Imana y’ukuri, abagore babo, abahungu babo n’abakobwa babo, abantu bose bari bafise ubumenyi n’ubwenge+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika