Zaburi 47:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari Umwami w’isi yose+;Hibongoze, mukorana ukwiyubara+. Imigani 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+.
8 Umuntu azoshemezwa kubera akanwa kiwe kiyubara+, mugabo uw’umutima ugoramanze azoba uwo gukengerwa+.