ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Hanyuma Farawo abwira Yozefu ati: “Ko Imana yatumye umenya ivyo vyose+, nta muntu n’umwe ariho w’ubwenge kandi w’inkerebutsi nkawe+.

  • 1 Samweli 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umwe muri nya basuku arishura, ati: “Urazi, narabonye ko mwene Yese Umunyabetelehemu ari umuhanga mu vyo kuvuza inanga+; ni umugabo w’intwari kandi w’umunyenkomezi+, akaba n’umurwanyi+; ni umuntu avugana ubwenge+, akaba n’umugabo aremye neza+, kandi Yehova ari kumwe na we+.”

  • Luka 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi shebuja yarakeje nya mubwiriza, naho atari agororotse, kubera yakoranye ubukerebutsi ngirakamaro+; kuko abana b’iki gihe* ari inkerebutsi mu buryo ngirakamaro kw’iyaruka ryabo bwite kuruta abana b’umuco+.

  • Yohani 7:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Nya bapolisi bishura bati: “Ntiharigera haboneka umuntu avuga nka we+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika