1 Samweli 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.” Matayo 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 avuga ati: “Nacumuye mu kugura amaraso y’umugororotsi+.” Na bo bati: “Bidutwaye iki? Birakuraba+!” Ivyakozwe 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.
17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.”
23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.