ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yonatani na we avuga ati: “Ivyo ni ibitokwiyumvirwa ku bijanye nawe! Mugabo ninaramuka menye yuko dawe yiyemeje kukugirira nabi, mbega sinzobikumenyesha+?”

  • 1 Samweli 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Buno nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: “Nimukenyere umwe wese inkota yiwe+!” Nuko barakenyera umwe wese inkota yiwe, na Dawidi nyene akenyera inkota yiwe; hanyuma batangura kuduga bakurikiye Dawidi, abagabo nk’amajana ane, ariko amajana abiri baguma bicaye iruhande y’imizigo+.

  • Esiteri 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko umwami arahaguruka yashangashiwe+ ava kuri iyo nzimano y’umuvinyu aja mu busitani bw’ikirimba; Hamani na we arahaguruka kugira asabire ubuzima bwiwe kuri Esiteri umwamikazi+, kuko yabona ko umwami yiyemeje+ kumugirira nabi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika