Imigani 14:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+. Imigani 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubushangashirwe bw’umwami busobanura intumwa z’urupfu+, mugabo umuntu w’inkerebutsi arabuhindukiza+.
35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+.
14 Ubushangashirwe bw’umwami busobanura intumwa z’urupfu+, mugabo umuntu w’inkerebutsi arabuhindukiza+.