ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Amaherezo umwami abwira Dowegi+ ati: “Wewe nuhindukire, ugurukire kuri abo baherezi!” Buno nyene Dowegi Umwedomu+ arahindukira, agurukira kuri nya baherezi; kuri uwo musi yica+ abagabo mirongo umunani na batanu bambara efodi+ y’ilino.

  • 1 Abami 2:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Maze Umwami Salomo abwirwa ngo: “Yowabu yahungiye mw’ihema rya Yehova, kandi ehe ari iruhande y’igicaniro.” Salomo atuma rero Benaya mwene Yehoyada, amubwira ati: “Genda, umugurukireko+!”

  • Imigani 19:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.

  • Imigani 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uguca ivutu kw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+. Uwikwegera uburake bwiwe aba ariko yicumurako+.

  • Daniyeli 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uwo mwanya nyene, Nebukadinezari yashangashiwe akaraka+, avuga ko bazana Shaduraki na Meshaki na Abedinego+. Nuko abo bagabo bazanwa imbere y’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika