ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+.

  • 2 Ngoma 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze abagabo batagira ico bakora+, abantu b’imburakimazi+, baguma bakoranira kuri we. Amaherezo banesha Rehobowamu+ mwene Salomo, mu gihe Rehobowamu yari akiri muto kandi afise umutima uhuha+, ntiyahangana na bo.

  • Yesaya 32:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nayo umuntu atagendera ingingo, ibikoresho vyiwe ni bibi+; yiyumviriye gukora ivy’ubushirasoni*+, gusavya abarushwa n’amajambo y’ibinyoma+, mbere n’iyo umworo avuze ibigororotse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika