1 Samweli 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.” 1 Samweli 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo Dawidi, yari yavuze ati: “Narindiye ubusa koko ikintu cose c’uwo mugabo mu gahinga ntihagira ikintu na kimwe mu vyiwe vyose kibura+, yamara iciza akinyishuye ikibi+. Yesaya 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’imburabwenge ntazoba acitwa umutanzi; nayo umuntu atagendera ingingo, ntazovugwa ko ari umunyacubahiro+;
17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.”
21 Nayo Dawidi, yari yavuze ati: “Narindiye ubusa koko ikintu cose c’uwo mugabo mu gahinga ntihagira ikintu na kimwe mu vyiwe vyose kibura+, yamara iciza akinyishuye ikibi+.
5 Umuntu w’imburabwenge ntazoba acitwa umutanzi; nayo umuntu atagendera ingingo, ntazovugwa ko ari umunyacubahiro+;